Ja ku birimwo

Ibikino bishingiye ku busomyi bwa Bibiliya

Niwumvirize imirongo yo muri Bibiliya yafashwe amajwi mu buryo bw’igikino, igihe isomwa iherekejwe n’amajwi amwamwe y’ibintu canke y’abantu yongewemwo. Urashobora kuvoma ayo mavidewo. Araboneka no mu ndimi z’ibimenyetso.

Nuhitemwo ururimi, uce ufyonda ahanditse Rondera kugira ubone ibikino biboneka muri urwo rurimi. Niwandike rimwe mu majambo agize umutwe w’igikino canke izina ry’igitabu co muri Bibiliya kugira utore ico gikino.

 

UKO VYIPANGA