Ja ku birimwo

Amahoro n’agahimbare

Iyo twugarijwe n’ingorane, turashobora kwumva umengo biragoye kuronka amahoro n’agahimbare. Ariko Bibiliya yarafashije abantu benshi kwihanganira amaganya abashikira buri musi, umubabaro wo ku mutima no ku mubiri no kumenya igituma turiho. Na wewe irashobora kugufasha kuronka agahimbare.

BE MASO!

Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye amahera?

Amahera yoba vy’ukuri ari wo muzi w’ibibi vyose?

BE MASO!

Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye amahera?

Amahera yoba vy’ukuri ari wo muzi w’ibibi vyose?

Amagara yo ku mubiri no mu mutwe

Bibiliya irahindura ubuzima

Abantu bo mu mice itandukanye barasigura ingene bironkeye agahimbare mu buzima, ubu bakaba bafitaniye ubucuti bwiza n’Imana.

Urugo rwanyu rurashobora kugira agahimbare

Urashobora kugira agahimbare mu mubano wanyu no mu rugo rwanyu ukurikije ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya.

Niwige Bibiliya

Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?

Bibiliya iriko irafasha abantu amamiliyoni kw’isi yose kuronka inyishu z’ibibazo bihambaye cane mu buzima. Woba nawe wobishima?

Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya

Kw’isi yose, birazwi ko Ivyabona vya Yehova bagendera abantu kugira ngo babigishe Bibiliya ku buntu. Raba ingene bigenda.

Gusaba ko tukugendera

Nimuganire ikibazo gishingiye kuri Bibiliya canke mwige ibindi ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova.