Ja ku birimwo

MU VY’UKURI BIBILIYA YIGISHA IKI? (IVYOGUFASHA KWIGA)

Nushikame ku gusenga kw’ukuri (Igice ca 1)

Iki kiganiro gishingiye ku kigabane ca 16 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

Imana yoba yemera ko dukoresha ibishusho mu kuyisenga? Yoba yemera ko duhimbaza imisi mikuru y’ivuka canke iyindi misi mikuru yo mu madini? Raba ico Bibiliya ibivugako.