Ja ku birimwo

Ivyandikano vy’iminwe vya Bibiliya

Icandikano ca kera cemeza ko izina ry’Imana rikwiye gukoreshwa

Raba ibintu vyemeza ko izina ry’Imana rikwiye kuboneka mw’“Isezerano rishasha.”

Ikintu c’agaciro catowe mu mwavu

Igihimba c’icandikano kiriko Injili ya Yohani citiriwe Rylands ni co ca kera cane gusumba ibindi vyose bimaze kwuburwa biriko ivyanditswe vyo mw’Isezerano rishasha.

Umuzingo wa kera waza wasomwa

Mu 1970, abahinga mu vy’ubucukuzi baratoye ibisigarira vy’umuzingo wari warahiye mu gisagara ca Ein Gedi muri Isirayeli. Ubuhinga bwa none buherutse gutuma bashobora kubona ibiri muri wo, maze biba nk’aho bawuzinguruye. None ubwo buhinga bwahishuye iki?

Yararokotse naho yashobora kubora

Abanditse Bibiliya n’abagiye barayimura bakunda kwandika ku mpapuro z’urufunzo no ku nshato z’ibikoko. None vyagenze gute ngo ivyandikano nk’ivyo vya kera bibe bikiriho gushika uyu musi?

Inkuru zo muri Bibiliya zivuga ivy’ubuzima bwa Yezu zoba ari izo kwizigirwa?

Rimbura ibimenyamenya vyerekeye inkuru zo mu Njili be n’ivyandikano vy’iminwe vya kera kuruta ibindi vyose bizwi.