Ja ku birimwo

Uratumiwe ku gikorane c’Ivyabona vya Yehova co mu 2023 cataziriwe ngo ‘Niwihangane’

Uratumiwe ku gikorane c’Ivyabona vya Yehova co mu 2023 cataziriwe ngo ‘Niwihangane’

Ubu kuruta ikindi gihe cose, turakeneye ukwihangana. Ariko none kwihangana bisobanura iki vy’ukuri? Kandi ni gute ukwihangana kugira ico gukoze ku buzima bwacu bwa misi yose? Niwifatanye natwe ku gikorane co mu 2023 cataziriwe ngo ‘Niwihangane.’