Bosnie-Herzégovine: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 3.237.000
- Abigisha Bibiliya: 969
- Amashengero y’Ivyabona: 16
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 3.418
AMAKURU AGEZWEHO
Ivyabona batabara abashikiwe n’ivyago mu karere ka Balkans
Abitanga barihutiye gufasha no kwirura abasinzikajwe n’imyuzurira yateye muri Rusama 2014, ikaba itari bwakaboneke muri Bosnie-Herzégovine, muri Krowasiya no muri Serbiya.