Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Malawi

Malawi: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 20.728.000
  • Abigisha Bibiliya: 109.108
  • Amashengero y’Ivyabona: 1.882
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 211

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Nararetse Yehova arayobora intambuko zanje

Inkuru y’ubuzima: Keith Eaton

INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA

Ingene bakurikiye ihwaniro kuri televiziyo no kw’iradiyo

Abantu barashoboye kuronka ihwaniro ryo mu 2020 kuri internet, ariko abenshi muri Malawi no muri Mozambike ntibakoresha internet. None bashoboye gute gukurikirana ihwaniro?

INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA

Televiziyo ya JW kuri satelite iriko irashika mu mihingo itagira internet

Abavukanyi bo muri Afrika bashobora gute kuraba Televiziyo ya JW badafise internet?

AMAKURU AGEZWEHO

Abana babiri b’Ivyabona vya Yehova bari barirukanywe baremerewe gusubira kw’ishure

Abo banyeshure bari birukanywe kubera banse kuririmba ururirimbo ruhayagiza igihugu. Abayobozi b’ishure barabemereye gusubira kwiga.

IGIKORWA KIJANYE N’IBISOHORWA

Impumyi zo muri Afrika ntizibagiwe

Impumyi zo muri Malawi zirakenguruka kuba zironka ibitabu vy’impumyi biri mu gicicewa.