Megizike: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 132.834.000
- Abigisha Bibiliya: 864.738
- Amashengero y’Ivyabona: 12.706
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 155
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
“Tuzogira irindi hwaniro ryari?”
Ni igiki catumye ihwaniro ritoya ryabereye ku murwa mukuru wa Megizike mu 1932 riba iridasanzwe?