Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Finlande

  • I Turku muri Finlande: Ivyabona vya Yehova bariko baravuga inkuru nziza

Finlande: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 5.564.000
  • Abigisha Bibiliya: 18.186
  • Amashengero y’Ivyabona: 272
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 307

IGIKORWA CO KWAMAMAZA

Isekeza ryavuyemwo ivyiza vyinshi mu karere ka Laponie

Raba ingene abasangwabutaka bo mu karere ka Laponie bakiriye utwigoro Ivyabona bagize kugira babafashe.