Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Slovakiya

  • I Štrbské Pleso, muri Slovakiya: Ivyabona vya Yehova bariko bashikiriza agapapuro k’inkuru nziza Ni nde vy’ukuri aganza isi?

Slovakiya: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 5.432.000
  • Abigisha Bibiliya: 11.276
  • Amashengero y’Ivyabona: 134
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 485