Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Leta zunze ubumwe za Amerika

  • Ikigobe ca Dyer, i Maine muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika: Ivyabona vya Yehova bariko barigisha Bibiliya

  • I Tallahassee muri Leta ya Florida: Icabona ca Yehova ariko arerekana akavidewo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga

Leta zunze ubumwe za Amerika: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 336.679.000
  • Abigisha Bibiliya: 1.233.609
  • Amashengero y’Ivyabona: 11.942
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 276

UBUZIMA BWO KURI BETELI

Turagutumiye ngo uzoze kugendera ibigo vya Beteli yo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika

Uratembera ku cicaro gikuru c’Ivyabona vya Yehova no ku ibiro vy’ishami vyo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika.

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Baritanze babikunze—Muri New York

Ni igiki catumye umugabo umwe n’umugore wiwe bari mu bihinda, bava mu nzu yabo iteye igomwe bakimukira mu kazu gatoyi?