Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Irène Hof Laurenceau: Umuganga abaga ingingo z’amagufa asigura icatumye yemera Imana

Irène Hof Laurenceau: Umuganga abaga ingingo z’amagufa asigura icatumye yemera Imana

Irène yahora yemera ko isano riri hagati y’ibigize umubiri w’abantu n’ibigize umubiri w’ibikoko ryemeza ko twabayeho biciye kw’ihindagurika. Mugabo akazi akora ko kuvura abafise ingorane mu ngingo z’amaguru katumye ahindura ivyiyumviro.