UMUNARA W’INDERETSI No 2 2016 | Urupfu rwa Yezu rutumariye iki?

Urupfu rw’umuntu haciye nk’imyaka 2.000 abayeho, rwoba rushobora kukugirira akamaro?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ubwo vy’ukuri vyarabaye?

Ni igiki cerekana ko ivyo Injili zivuga ku bijanye na Yezu ari ivy’ukuri?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Urupfu rwa Yezu rutumariye iki?

Ushobora gute kwungukira ku rupfu rwa Yezu?

Abakirisu boba bakwiye gusengera mu bibanza vyeranda?

Menshi mu madini akomakomeye arafise ibibanza vyitwa ko ari vyeranda. Gusengera muri ivyo bibanza vyoba bica bituma umuntu yumvirwa?

Iyikuburiye ntikurya!

Ubuhanuzi bwo muri Bibiliya buratuburira ko umuhero uri hafi. Woba uzokwumvira iyo mburi?

Ni nde yashize muri Bibiliya imirongo n’ibigabane?

Ni kubera iki abantu benshi bakunze uburyo bwo gushira ibigabane n’imirongo muri Bibiliya

Bibiliya ibivugako iki?

Shetani yoba ashobora kwigarurira abantu?