Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Raporo yo mu 2023 yose ifatiwe hamwe

Raporo yo mu 2023 yose ifatiwe hamwe
  • Ibiro vy’amashami vy’Ivyabona vya Yehova: 85

  • Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo: 239

  • Amashengero yose hamwe: 118.177

  • Abitavye Icibutso kw’isi yose: 20.461.767

  • Abihereje ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 22.312

  • Abamamaji bose hamwe a: 8.816.562

  • Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 8.625.042

  • Iyongerekana ugereranije na 2022: 1,3

  • Ababatijwe bose hamwe b: 269.517

  • Incahagati y’abatsimvyi c buri kwezi: 1.570.906

  • Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 738.457

  • Amasaha yo mu ndimiro yose hamwe: 1.791.490.713

  • Incahagati y’inyigisho d zayobowe buri kwezi: 7.281.212

Umwaka w’umurimo wa 2023 watanguye ku wa 1 Nyakanga 2022, urangira ku wa 31 Myandagaro 2023.

a Umwamamaji ni umuntu yigisha abigiranye umwete inkuru nziza y’Ubwami bw’Imana. (Matayo 24:14) Kugira umenye ivyo twisunga mu guharura, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo «Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?»

b Wipfuza kumenya ibisabwa kugira umuntu abatizwe mu Vyabona vya Yehova, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo «Ushobora gute kuba Icabona ca Yehova?»

c Umutsimvyi ni Icabona yabatijwe w’intangakarorero, yitanga akamara igitigiri kanaka c’amasaha buri kwezi ariko arigisha inkuru nziza.

d Wipfuza ayandi makuru, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo «Ivyigwa mutanga vya Bibiliya bigirwa gute?»