Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

24-30 Mukakaro

NEHEMIYA 1-2

24-30 Mukakaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ubwo nyene nca ndasenga”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Neh 2:4​—Ryoba ryari ryo rya mbere Nehemiya yari asenze ku bijanye n’ico kintu, kandi ni icigwa ikihe tuhakura? (w86 15/2 25)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Neh 2:11-20 (th icigwa ca 2)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 44

  • Nube umugenzi wa Yehova​—Yehova yoba yishura amasengesho?: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Iyi videwo itwigisha iki ku vyerekeye isengesho?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 51

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 102 n’isengesho