Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ururirimbo rwa 138

Wewe uri Yehova

Wewe uri Yehova

Voma:

(Zaburi 83:18)

  1. Wewe Mana nzima—

    Wewe waremye vyose,

    Mu mayaruka yose—

    Wew’uri Yehova.

    Kub’abawe, Mana,

    Bitey’iteka rwose.

    Turakuyaga hose

    Wewe nyen’ingoma.

    (ICITABIRIZO)

    Yehova we, Yehova we,

    Nta Man’imeze nkawe.

    Haba mw’ijuru, haba no kw’isi,

    Ni we Mana ntangere.

    Ni we Mushoboravyose,

    Isi nivyemere.

    Yehova we, Yehova we,

    Ni wewe Mana dufise.

  2. Uratuma tuba

    Ic’ushaka, tukaba

    Abakor’ivy’usaba—

    Wew’uri Yehova.

    Turakuvugira.

    Twebwe twariboneye

    Yuko watwitoreye—

    Utwit’Ivyabona.

    (ICITABIRIZO)

    Yehova we, Yehova we,

    Nta Man’imeze nkawe.

    Haba mw’ijuru, haba no kw’isi,

    Ni we Mana ntangere.

    Ni we Mushoboravyose,

    Isi nivyemere.

    Yehova we, Yehova we,

    Ni wewe Mana dufise.