Ja ku birimwo

Guseruriranira akari ku mutima

Ingene twokwiyemeza ko utwuma two mu buhinga bwa none tutatwaye ikibanza gihambaye mu buzima bwacu

Gukoresha utwuma two mu buhinga bwo none birashobora kugirira akamaro umubano wanyu canke bikawonona. None utwo twuma turiko tugira ingaruka izihe ku mubano wanyu?

Ingene mwoganira akababakiye

Abagabo n’abagore ntibaganira kumwe. Kumenya iryo tandukaniro birashobora kubarinda gushuha imitwe.

Ingene wotega yompi uwo mwubakanye

Gutega ugutwi witonze si ubuhinga gusa, ariko kandi ni ikintu kiranga urukundo. Raba ingene worushiriza gutega ugutwi uwo mwubakanye.

Gufata ingingo mu mwumvikano

Hari ibintu bine wewe n’uwo mwubakanye vyobafasha gutorera umuti ingorane aho gushwana.

Icogufasha kuzigama amahoro mu muryango

Impanuro zo muri Bibiliya zoba zishobora gufasha urugo rurimwo amatati kuronka amahoro? Raba ivyo abakurikiza izo mpanuro babivuzeko.

Ingene wocungera ishavu

Gutwarwa n’ishavu birashobora kukwononera amagara, kandi ni ko bigenda n’igihe wigumijemwo ishavu. None wokora iki igihe uwo mwubakanye agushavuje vy’ukuri?

Ingene mworeka gushwana

Wewe n’uwo mwubakanye, mwoba mwama muriko murashwana? Raba impanuro zo muri Bibiliya zobafasha.

Ingene mwokwirinda amajambo ababaza

None wokora iki nimba amajambo ababaza ariko aronona umubano wanyu?

Gusaba imbabazi

Bite ho igihe atari jewe ndi mw’ikosa?

Ingene mwobabarirana

Kubera iki kubabarira bishobora kuba urugamba? Raba ingene impanuro Bibiliya itanga zishobora gufasha.

Ingorane zihanze abubakanye badasangiye abana

Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya zishobora gute gufasha abavyeyi bo mu ngo z’abubakanye n’abafise abana kugumana imigenderanire myiza n’incuti n’abagenzi, mbere n’uwahoze yubakanye n’umwe muri bo?