Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Endoneziya

  • I Bali muri Endoneziya: Ivyabona vya Yehova bariko barigisha Bibiliya uwukora mu mirima y’imiceri hafi y’igisagara ca Ubud

Endoneziya: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 281.844.000
  • Abigisha Bibiliya: 31.023
  • Amashengero y’Ivyabona: 491
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 9.275

Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016

Endoneziya

Ivyabona vya Yehova bagumye bashikamye n’umutima rugabo mu gihe c’uruhagarara mu vya politike, c’indyane z’amadini be n’igihe igikorwa cahagarikwa bivuye ku bakuru b’amadini mu myaka 25.

BE MASO!

Ibihugu n’ababibamwo: Endoneziya

Nusome umenye imico n’imigenzo vy’abo bantu bafise umutima mwiza, ukwihangana, n’ubwakiranyi.