UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Mukakaro 2016

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 29 Myandagaro gushika ku wa 25 Nyakanga 2016.

Baritanze babikunze muri Gana

Naho abitanga gukorera aho abamamaji b’Ubwami bakenewe kuruta bahura n’ingorane zitari nke, barironkera n’ivyiza vyinshi.

Nurondere Ubwami, aho kurondera ibintu

Yezu arasigura igituma dukwiye kwirinda guhahamira amaronko.

Kubera iki dukwiye ‘kuguma turi maso’?

Hariho ibintu bitatu vyoshobora kutubuza kuguma tugavye mu gihe twosamara.

“Ntutinye. Jewe nzogufasha”

Yehova yarerekanye ko ari umugenzi w’umwizigirwa mu bihe vy’amaganya n’amarushwa.

Dukenguruke ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana

Uburyo buhambaye kuruta ubundi bwose Imana yagaragarije abantu ubuntu ata wari abukwiriye ni ubuhe?

Numenyekanishe inkuru nziza y’ubuntu ata wari abukwiriye

“Inkuru nziza y’ubwami” ishira ahabona gute ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana?

Ibibazo vy’abasomyi

Ugufatanya udukoni tubiri kuvugwa muri Ezekiyeli ikigabane ca 37, gusobanura iki?