Ja ku birimwo

Akarere k’impwemu

Ijuru

Ijuru ni iki?

Nk’uko bivugwa muri Bibiliya, iryo jambo rifise insiguro nyamukuru zitatu.

Ni bande baja mw’ijuru?

Abantu benshi bemera iciyumviro kitari co c’uko abantu beza bose bazoja mw’ijuru. Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

Yeruzalemu Nshasha ni iki?

Ico gisagara kidasanzwe kikumariye iki?

Imana yoba iba ahantu hanaka?

Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’ahantu Imana iba? Yezu yoba aba aho hantu nyene?

Abamarayika

Abamarayika ni bande?

Hari abamarayika bangana iki? Boba bafise amazina na kameremere?

Wa mumarayika mukuru Mikaheli ni nde?

Arafise irindi zina ushobora kuba umenyereye.

Shetani n'amadayimoni

Shetani yoba abaho?

Shetani yoba ari ikibi kiri mu bantu gusa canke arabaho?

Imana yoba yaremye Shetani kugira ngo itugerageze?

Inyishu Bibiliya itanga irumvikana kandi irahumuriza.

Shetani aba he?

Bibiliya ivuga ko Shetani yakorowe akuwe mw’ijuru. Shetani ari he ubu?

Shetani yoba ari we ateza imibabaro yose ishikira abantu?

Bibiliya irerekana ikintu gituma abantu bashikirwa n’imibabaro.

Amadayimoni yoba abaho?

Amadayimoni ni iki? Yakomotse he?

Abanefilimu bari bande?

Bibiliya ibita “abanyenkomezi ba kera, ba bagabo ba rurangiranwa.” Ni ibiki tuzi ku biberekeye?