Ingene intererano mutanga zikoreshwa

Igikorwa c’Ivyabona vya Yehova gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Raba ingene izo ntererano zikoreshwa mu gufasha abantu hirya no hino kw’isi.

Ibikorwa vyo gutabara vyabaye mu 2023: «Twariboneye ukuntu Yehova adukunda»

Ni ivyiza ibihe vyavuye ku twigoro twagizwe mu gutabara abashikiwe n’ivyago mu 2023? Utwo twigoro twerekanye gute ko Yehova adukunda?

Ubwubatsi burashigikira igikorwa co kwamamaza

Ubwubatsi burarangura uruhara ruhambaye mu gikorwa co kwamamaza Ubwami. None intererano utanga zakoreshejwe gute mu gushigikira igikorwa gihambaye co kwubaka no kubungabunga inyubakwa z’amashami?

Inyubakwa zituma Umwigisha wacu Ahambaye aninahazwa

Inyubakwa zagenewe amashure y’ivya Bibiliya gusa ziriko zigirira akamaro gute abanyeshure bazigiramwo n’abigisha babo?

Gutunganya Ingoro z’Ubwami kugira abitaba amakoraniro bakingirwe ikiza ca Korona

Twasubiriye kwikoraniriza hamwe amaso mu yandi ku wa 1 Ndamukiza 2022. Nurabe ico vyasavye kugira dutunganye Ingoro z’Ubwami ku buryo abitaba amakoraniro bakingirwa ikiza ca Korona.

Abaragi ntibibagiwe

Dufise amavidewo ari mu ndimi z’ibimenyetso zirenga 100. Ni gute tuzisohora tukongera tukazikwiragiza?

Gutanga imfashanyo ahantu hari “intambara n’amakuru y’intambara”

Naho abavukanyi bo muri Ukraine bari mu ntambara bariko baronswa gute imfashanyo? Kandi bibafasha gute?

Igikoresho kidufasha kwigisha Bibiliya gitandukanye n’ibindi

Igitabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera cahinguwe mu bikoresho bitandukanye n’ivyo dukoresha mu bindi bitabu. Raba igituma.

Gutabara abashikiwe n’ivyago mu 2021: Ntiduheba abavukanyi na bashiki bacu

Mu 2021, ibihugu bimwebimwe vyari bikeneye imfashanyo kugira bihangane n’ikiza ca Korona, ariko kandi n’ibindi vyago bikomeye.

Amakuru yo kwizigirwa kandi akomeza ukwizera

Biciye ku gice c’amakuru kiri kuri jw.org, turaronka amakuru atandukanye y’abavukanyi na bashiki bacu bo hirya no hino kw’isi. Ayo makuru ategurwa gute?

Indirimbo zidufasha kwiyegereza Imana

Woba ufise ururirimbo rusanzwe ukunda cane? Woba umaze kwibaza ingene rwakozwe?

Inyuguti zihindura ubuzima

Turakora ibitabu vyo mu nyuguti z’impumyi tukongera tukigisha abantu kuzisoma.

Ububiko ngendanwa

Hari uwavuze ko programa ya JW Library ‘ata co yoyigereranya.’ Raba ico bisaba kugira bayitunganye bongere bayiryohore.

Ingene bakurikiye ihwaniro kuri televiziyo no kw’iradiyo

Abantu barashoboye kuronka ihwaniro ryo mu 2020 kuri internet, ariko abenshi muri Malawi no muri Mozambike ntibakoresha internet. None bashoboye gute gukurikirana ihwaniro?

Imfashanyo yatanzwe kw’isi yose kubera ikiza cateye kw’isi yose

Ibikorwa vyo gutabara twakoze muri iki kiringo ca Korona vyarakoze ku mutima Ivyabona n’abatari Ivyabona.

Abamisiyonari barashika “mu karere ka kure rwose k’isi”

Kw’isi yose hari abamisiyonari barenga 3.000 bakorera mu ndimiro. Baronswa gute ivyo bakenera?

Kuburanira umwidegemvyo wo gusenga mu turere tw’abasangwabutaka

Igihe abaturwanya baburabuza uburenganzira Ivyabona vya Yehova bafise bwo gusenga mu mwidegemvyo, abavukanyi baciye bahaguruka kugira bagire ico bafashije.

Televiziyo ya JW kuri satelite iriko irashika mu mihingo itagira internet

Abavukanyi bo muri Afrika bashobora gute kuraba Televiziyo ya JW badafise internet?

Ibiro vy’ubuhinduzi bidakorera kw’ishami biragirira akamaro abantu amamiliyoni

Raba ukuntu kuba abahinduzi bakorera mu turere tuvugwamwo indimi bahinduramwo biterera ku vyo bahindura.

Gufasha abashikiwe n’ivyago vy’ivyaduka

Mu mwaka w’umurimo wa 2020, abavukanyi amamiliyoni baratewe n’ikiza ca korona hamwe n’ivyago vy’ivyaduka. Twabafashije gute?

Gusohora igitabu gihambaye kuruta ibindi vyose

Guhindura, gusohora, no guteranya impapuro zigize Bibiliya y’isi nshasha bisaba ibikorwa vyinshi.

Inyubakwa zubatswe imbere y’ikiza

Mu mwaka w’umurimo wa 2020, twategekanya kwubaka canke gusanura ibibanza vyo gusengeramwo birenga 2.700. Ikiza ca Korona cagize ingaruka izihe kuri iyo migambi?

Ukuntu umusesekara wa bamwe wuzuriza ugukehanirwa kw’abandi

Dushigikira gute ibikorwa birangurirwa mu bihugu bikenye?

Akuma gafasha abantu kuronka ibifungurwa vy’impwemu

Ubu Ivyabona vya Yehova benshi barashobora kuvoma ibitabu n’amavidewo vyo mu buryo bwa elegitoronike batarinze gukoresha internet.

Ishure rya Gileyadi ryitabwa n’abava hirya no hino kw’isi

Hari ishure rihambaye ribera i New York, ariko abaryitaba bakaba bava hirya no hino kw’isi. None abanyeshure bashikayo gute?

Gutunganya amavidewo agize ihwaniro ryo mu 2020 ryataziriwe ngo ‘Mwame munezerewe’

Amavidewo aba ari mu mahwaniro yacu y’akarere atunganywa gute?

Guhindura ihwaniro ry’akarere ryo mu 2020 ryataziriwe ngo ‘Mwame munezerewe’

Insiguro, ibikino n’indirimbo vyashoboye gute guhindurwa mu buryo bwihuta mu ndimi zirenga 500?

Gukoresha Zoom mu kugira amakoraniro y’ishengero

Kugira amashengero agire amakoraniro kuri videoconférence, ni gute ishirahamwe ryafashije mu kuronka amakonte ya Zoom umuntu yokwizigira kandi ku giciro ciza?

IBISOHOKA

KWUBAKA NO GUSANURA

Ubwubatsi burashigikira igikorwa co kwamamaza

Ubwubatsi burarangura uruhara ruhambaye mu gikorwa co kwamamaza Ubwami. None intererano utanga zakoreshejwe gute mu gushigikira igikorwa gihambaye co kwubaka no kubungabunga inyubakwa z’amashami?

Inyubakwa zituma Umwigisha wacu Ahambaye aninahazwa

Inyubakwa zagenewe amashure y’ivya Bibiliya gusa ziriko zigirira akamaro gute abanyeshure bazigiramwo n’abigisha babo?

Gutunganya Ingoro z’Ubwami kugira abitaba amakoraniro bakingirwe ikiza ca Korona

Twasubiriye kwikoraniriza hamwe amaso mu yandi ku wa 1 Ndamukiza 2022. Nurabe ico vyasavye kugira dutunganye Ingoro z’Ubwami ku buryo abitaba amakoraniro bakingirwa ikiza ca Korona.

Ibiro vy’ubuhinduzi bidakorera kw’ishami biragirira akamaro abantu amamiliyoni

Raba ukuntu kuba abahinduzi bakorera mu turere tuvugwamwo indimi bahinduramwo biterera ku vyo bahindura.

Inyubakwa zubatswe imbere y’ikiza

Mu mwaka w’umurimo wa 2020, twategekanya kwubaka canke gusanura ibibanza vyo gusengeramwo birenga 2.700. Ikiza ca Korona cagize ingaruka izihe kuri iyo migambi?

UKO IBINTU BITUNGANIJWE

Kuburanira umwidegemvyo wo gusenga mu turere tw’abasangwabutaka

Igihe abaturwanya baburabuza uburenganzira Ivyabona vya Yehova bafise bwo gusenga mu mwidegemvyo, abavukanyi baciye bahaguruka kugira bagire ico bafashije.

Ukuntu umusesekara wa bamwe wuzuriza ugukehanirwa kw’abandi

Dushigikira gute ibikorwa birangurirwa mu bihugu bikenye?

KWAMAMAZA NO KWIGISHA

Ingene bakurikiye ihwaniro kuri televiziyo no kw’iradiyo

Abantu barashoboye kuronka ihwaniro ryo mu 2020 kuri internet, ariko abenshi muri Malawi no muri Mozambike ntibakoresha internet. None bashoboye gute gukurikirana ihwaniro?

Abamisiyonari barashika “mu karere ka kure rwose k’isi”

Kw’isi yose hari abamisiyonari barenga 3.000 bakorera mu ndimiro. Baronswa gute ivyo bakenera?

Ishure rya Gileyadi ryitabwa n’abava hirya no hino kw’isi

Hari ishure rihambaye ribera i New York, ariko abaryitaba bakaba bava hirya no hino kw’isi. None abanyeshure bashikayo gute?

Gutunganya amavidewo agize ihwaniro ryo mu 2020 ryataziriwe ngo ‘Mwame munezerewe’

Amavidewo aba ari mu mahwaniro yacu y’akarere atunganywa gute?

Guhindura ihwaniro ry’akarere ryo mu 2020 ryataziriwe ngo ‘Mwame munezerewe’

Insiguro, ibikino n’indirimbo vyashoboye gute guhindurwa mu buryo bwihuta mu ndimi zirenga 500?

Gukoresha Zoom mu kugira amakoraniro y’ishengero

Kugira amashengero agire amakoraniro kuri videoconférence, ni gute ishirahamwe ryafashije mu kuronka amakonte ya Zoom umuntu yokwizigira kandi ku giciro ciza?

GUTABARA ABASHIKIWE N’IVYAGO

Ibikorwa vyo gutabara vyabaye mu 2023: «Twariboneye ukuntu Yehova adukunda»

Ni ivyiza ibihe vyavuye ku twigoro twagizwe mu gutabara abashikiwe n’ivyago mu 2023? Utwo twigoro twerekanye gute ko Yehova adukunda?

Gutanga imfashanyo ahantu hari “intambara n’amakuru y’intambara”

Naho abavukanyi bo muri Ukraine bari mu ntambara bariko baronswa gute imfashanyo? Kandi bibafasha gute?

Gutabara abashikiwe n’ivyago mu 2021: Ntiduheba abavukanyi na bashiki bacu

Mu 2021, ibihugu bimwebimwe vyari bikeneye imfashanyo kugira bihangane n’ikiza ca Korona, ariko kandi n’ibindi vyago bikomeye.

Imfashanyo yatanzwe kw’isi yose kubera ikiza cateye kw’isi yose

Ibikorwa vyo gutabara twakoze muri iki kiringo ca Korona vyarakoze ku mutima Ivyabona n’abatari Ivyabona.

Gufasha abashikiwe n’ivyago vy’ivyaduka

Mu mwaka w’umurimo wa 2020, abavukanyi amamiliyoni baratewe n’ikiza ca korona hamwe n’ivyago vy’ivyaduka. Twabafashije gute?

Sorry, there are no terms that match your selection.